Uwo wese arangiye abantu iciza bakora, araheza agahabwa impera nk'irya nyene uwakoze nya ciza aronka
Mu vyakiriwe na Abu Mas'uudi Al-Answaariy (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Hari umugabo umwe yigeze kuza ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) aca avuga ati: "Mu vy'ukuri, igitwazi nahora nikorako kikanderura carapfuye, enda rero ndagusabe…

