Mu vy'ukuri, ibikorwa vyose bihabwa impembo hisunzwe izirikana-gikorwa vyakoranwe; kandi burya mu vy'ukuri, umwe wese arafise ku mushaha wiwe ico yazirikanye
Mu vyakiriwe n'indongozi y'abemeramana Se wa Hafswa, Omari mwene Al-Khattwaabi (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Narumvise Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) ivuga iti: "Mu vy'ukuri, ibikorwa vyose bihabwa impembo hisunzwe izirikana-gikorwa…

