Ntugakengere ikintu na kimwe mu vyiza, n'aho kwoba ari uguhura na mwenewanyu ukeye (ushwashwanutse) mu maso
Mu vyakiriwe na Abu Dharri (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yarigeze kumbwira ati: "Ntugakengere ikintu na kimwe mu vyiza, n'aho kwoba ari uguhura na mwenewanyu ukeye (ushwashwanutse) mu maso".

