Ugusaba igisabisho, ni co gikorwa nya gikorwa c'iyegerezamana
Mu vyakiriwe na Al-Nu'maani mwene Bashiiri (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Narigeze kwumva Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) avuga ati: "Ugusaba igisabisho, ni co gikorwa nya gikorwa c'iyegerezamana", hanyuma aca arasoma Aayah, aho Imana…

