الناس
An-Nas
Mankind
1 - An-Nas (Mankind) - 001
قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلنَّاسِ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mubungabunzi w’abantu bose;
2 - An-Nas (Mankind) - 002
مَلِكِ ٱلنَّاسِ
Umwami Mugabe w’abantu, Yikenuye;
3 - An-Nas (Mankind) - 003
إِلَٰهِ ٱلنَّاسِ
Imana Nyene gusengwa n’abantu, ata yindi mana ikwiye gusengwa atari Yo;
4 - An-Nas (Mankind) - 004
مِن شَرِّ ٱلۡوَسۡوَاسِ ٱلۡخَنَّاسِ
Inkingire inabi ya shetani itera amazinda kenshi iyo umuntu agoswe, ikanyegera iyo aninahaje Imana Allah;
5 - An-Nas (Mankind) - 005
ٱلَّذِي يُوَسۡوِسُ فِي صُدُورِ ٱلنَّاسِ
Itera amazinda n’amakenga mu mitima y’abantu, ikabosha gukora ibibi no kureka ibitegetswe;
6 - An-Nas (Mankind) - 006