Ugusugutura gusukura mu kanwa, kugashimisha Imana Rurema Allah
Mu vyakiriwe na Aisha (Imana Allah Imwishimire), yavuze ati: "Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti: "Ugusugutura gusukura mu kanwa, kugashimisha Imana Rurema Allah".

