Ukwonsa kuziririza ku wonkejwe ibisanzwe biziririjwe kuri we n'ukuvukana kw'uwo basangiye amaraso
Mu vyakiriwe na Aisha (Imana Allah Imwishimire) ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati: "Ukwonsa kuziririza ku wonkejwe ibisanzwe biziririjwe kuri we n'ukuvukana kw'uwo basangiye amaraso".

