الفيل

 

Al-Fil

 

The Elephant

1 - Al-Fil (The Elephant) - 001

أَلَمۡ تَرَ كَيۡفَ فَعَلَ رَبُّكَ بِأَصۡحَٰبِ ٱلۡفِيلِ
Ntumwa y’Imana! Mbega, ntiwamenye ingene Imana yawe Rurema Allah Yagize beninzovu[1]!
[1] Abraha Al-Habashiy, umutware wo muri Etiyopiya n’ingabo ziwe, igihe bashaka gusenyura Al-Ka’ba.

2 - Al-Fil (The Elephant) - 002

أَلَمۡ يَجۡعَلۡ كَيۡدَهُمۡ فِي تَضۡلِيلٖ
Umugambi wabo mubi, ntiyawugize impfagusa ukaburizwamwo!

3 - Al-Fil (The Elephant) - 003

وَأَرۡسَلَ عَلَيۡهِمۡ طَيۡرًا أَبَابِيلَ
Iraheza Ibarungikira inyoni ziri mu migwimigwi;

4 - Al-Fil (The Elephant) - 004

تَرۡمِيهِم بِحِجَارَةٖ مِّن سِجِّيلٖ
Zibatera amabuye yokeje, ziraheza zirabahonya.

5 - Al-Fil (The Elephant) - 005

فَجَعَلَهُمۡ كَعَصۡفٖ مَّأۡكُولِۭ
Maze Ibagira nk’ivyatsi vyarishijwe n'intungwa hanyuma iravyuza, iraheza ibita ari amahenehene.

[sc name="verse"][/sc]

Scroll to Top