Mu vy'ukuri, mu vyahanahanwe n'abantu bakabitahura mu majambo y'ivugishwamana ryo kuva kera na rindi, ni uko iyo utagira isoni uheza ugakora ivyo ushatse
Mu Vyakiriwe na Se wa Mas'uudi, Uqba mwene Amri Al-Answaariy yarwanye ku rugamba rwa Badiri (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti: "Mu vy'ukuri, mu vyahanahanwe n'abantu bakabitahura mu majambo y'ivug…

