Mu vy'ukuri, Imana Allah hamwe n'Intumwa yayo Baraziririje kugurisha inzoga, kwihereza intumvyi n'ingurube, hamwe rero n'isengwa ry'ibigirwamana
Mu vyakiriwe na Jaabiri mwene Abdullaahi (Imana Allah Imwishimire) yavuze ko yumvise Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) iri i Makka mu mwaka w'ihabuzwa ry'igisagara ca Makka, ivuga iti: "Mu vy'ukuri, Imana Allah hamwe n'Intumwa yayo Baraziririje…

